Zaburi 52:1 Bibiliya y’isi nshasha 52 Kubera iki wiratira ibibi, ga yewe munyenkomezi+?Ubuntu bwuzuye urukundo bw’Imana bwirizako umusi wose+. Yohani 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Pilato amubwira rero ati: “Nta co umbwira+? Ntuzi yuko mfise ububasha bwo kukurekura nkagira n’ubwo kukumanika?”
52 Kubera iki wiratira ibibi, ga yewe munyenkomezi+?Ubuntu bwuzuye urukundo bw’Imana bwirizako umusi wose+.
10 Pilato amubwira rero ati: “Nta co umbwira+? Ntuzi yuko mfise ububasha bwo kukurekura nkagira n’ubwo kukumanika?”