Itanguriro 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko Kushi avyara Nimurodi+. Uno ni we yatanguye kuba umunyenkomezi mw’isi. 1 Samweli 21:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi umwe mu basuku ba Sauli yari ng’aho uwo musi, akaba yari yagumijwe+ imbere ya Yehova; izina ryiwe ryari Dowegi+ Umwedomu+, umukuru w’abungere ba Sauli+. Zaburi 94:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Baguma badudubiza amajambo, baguma bavuga bashirukanya+;Abakora ibibabaza bose baguma biyemera+.
7 Kandi umwe mu basuku ba Sauli yari ng’aho uwo musi, akaba yari yagumijwe+ imbere ya Yehova; izina ryiwe ryari Dowegi+ Umwedomu+, umukuru w’abungere ba Sauli+.