ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 36:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Aka ni ko kahise ka Esawu, ni ukuvuga Edomu+.

  • Kuvayo 12:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Habwirizwa kubaho itegeko rimwe ku mvukira no kuri kavamahanga abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe+.”

  • Abalewi 19:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga, kuri mwebwe aze acike nk’imvukira yanyu. Utegerezwa kumukunda nk’uko wikunda+, kuko mwacitse ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu.

  • Gusubira mu vyagezwe 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi tegeka abantu uti: “Mugira muce hafi y’umupaka wa bene wanyu+, bene Esawu+, baba i Seyiri+. Bazogira ubwoba kubera mwebwe+, namwe mutegerezwa kuba maso cane.

  • 1 Samweli 14:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 Nuko Sauli akomeza ingoma yiwe kuri Isirayeli+; atangura kurwanya abansi biwe bose irya n’ino, arwanya Mowabu+ na bene Amoni+ na Edomu+ n’abami ba Zoba+ n’Abafilisitiya+; kandi aho yahindukirira hose yarahashitsako urubanza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika