Itanguriro 27:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Maze Izahaki se wiwe amwishura ati: “Ehe uzoba kure y’ivu rimera ry’isi, no kure y’ikime co mu majuru hejuru+. Itanguriro 36:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi aka ni ko kahise ka Esawu se w’Abanyedomu baba mu karere k’imisozi ka Seyiri+. Gusubira mu vyagezwe 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko duca kure ya bene wacu, bene Esawu+, ababa i Seyiri, kure y’inzira ya Araba+, kure ya Elati na kure ya Eziyoni-geberi+. “Hanyuma turahindukira turengana duciye mu nzira y’agahinga ka Mowabu+.
39 Maze Izahaki se wiwe amwishura ati: “Ehe uzoba kure y’ivu rimera ry’isi, no kure y’ikime co mu majuru hejuru+.
8 Nuko duca kure ya bene wacu, bene Esawu+, ababa i Seyiri, kure y’inzira ya Araba+, kure ya Elati na kure ya Eziyoni-geberi+. “Hanyuma turahindukira turengana duciye mu nzira y’agahinga ka Mowabu+.