Itanguriro 27:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.” Itanguriro 36:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Aya ni yo mazina ya bene Esawu: Elifazi umuhungu wa Ada, umugore wa Esawu; Reyuweli umuhungu wa Basemati, umugore wa Esawu+.
40 Uzobeshwaho n’inkota yawe+, kandi uzokorera mwene wanyu+. Mugabo, niwatangura kwinyugutura, uzovuna koko ingǒgo* yiwe ikuve kw’izosi+.”
10 Aya ni yo mazina ya bene Esawu: Elifazi umuhungu wa Ada, umugore wa Esawu; Reyuweli umuhungu wa Basemati, umugore wa Esawu+.