Kuvayo 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ico gihe abatware* ba Edomu bazohagarika umutima koko;Nayo za ntwazagitugu za Mowabu, ukujugumira kuzozifata+.Ababa i Kanani bose bazovunika umutima koko+. Kuvayo 23:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “Nzorungika ukuncikira ivutu kukwitangire imbere+, nte koko mu muvurungano abantu bose ushitsemwo, kandi nzoguha igikanu c’abansi bawe bose+. Gusubira mu vyagezwe 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uyu musi ngira ntangure gutuma ibisata vy’abantu vyo munsi y’amajuru yose bizokwumva inkuru yawe bikugirira ubwoba, bigutinye. Kandi bazohagarika umutima koko, bagire ububabare nka burya bw’ukwibaruka, kubera wewe+.’
15 Ico gihe abatware* ba Edomu bazohagarika umutima koko;Nayo za ntwazagitugu za Mowabu, ukujugumira kuzozifata+.Ababa i Kanani bose bazovunika umutima koko+.
27 “Nzorungika ukuncikira ivutu kukwitangire imbere+, nte koko mu muvurungano abantu bose ushitsemwo, kandi nzoguha igikanu c’abansi bawe bose+.
25 Uyu musi ngira ntangure gutuma ibisata vy’abantu vyo munsi y’amajuru yose bizokwumva inkuru yawe bikugirira ubwoba, bigutinye. Kandi bazohagarika umutima koko, bagire ububabare nka burya bw’ukwibaruka, kubera wewe+.’