Zaburi 31:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Iminwa y’ikinyoma nizibe+,Imwe ivuga nabi umugororotsi+, ikavuga ishirukanya n’ubwibone n’agakengerwe+. Zaburi 73:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Akanwa kabo bagashize mu majuru+,Ururimi rwabo na rwo rugendagenda mw’isi+. Zaburi 144:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hahiriwe abantu ivyabo bimeze gutyo!”Hahiriwe abantu Imana yabo ari Yehova+!
18 Iminwa y’ikinyoma nizibe+,Imwe ivuga nabi umugororotsi+, ikavuga ishirukanya n’ubwibone n’agakengerwe+.