Kuvayo 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.” Ivyahishuwe 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hanyuma giteranura akanwa kaco mu kurogota+ ku Mana, ngo kirogote kw’izina ryayo n’aho iba, mbere no ku baba mw’ijuru+.
2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.”
6 Hanyuma giteranura akanwa kaco mu kurogota+ ku Mana, ngo kirogote kw’izina ryayo n’aho iba, mbere no ku baba mw’ijuru+.