Kuvayo 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi Abanyamisiri bazomenya ata kabuza yuko jewe ndi Yehova ninaramvura ukuboko ngakubita Misiri+, kandi nzokura koko bene Isirayeli hagati muri bo+.” Kuvayo 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ariko mu vy’ukuri, iki ni co catumye ndakureka ukabaho+: ni ukugira nkwereke ububasha bwanje no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+. 1 Samweli 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.
5 Kandi Abanyamisiri bazomenya ata kabuza yuko jewe ndi Yehova ninaramvura ukuboko ngakubita Misiri+, kandi nzokura koko bene Isirayeli hagati muri bo+.”
16 Ariko mu vy’ukuri, iki ni co catumye ndakureka ukabaho+: ni ukugira nkwereke ububasha bwanje no kugira ngo izina ryanje ryamamare mw’isi yose+.
10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.