ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mugabo Farawo avuga ati: “Yehova ni nde+, ngo ngamburukire ijwi ryiwe ndekure Isirayeli+? Yehova sindamuzi namba+, kandi vyongeye, sindiko ndarekura Isirayeli+.”

  • Yesaya 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nayo wewe, wavuze mu mutima wawe ngo: ‘Nzoduga nshike mw’ijuru+. Nzoduza intebe yanje y’ubwami+ hejuru y’inyenyeri+ z’Imana, kandi nzovyagira ku musozi w’ihuriro+, mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+.

  • Daniyeli 7:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Azovuga mbere amajambo yo kurwanya Musumbavyose+, kandi azoguma atoteza aberanda ba Rudasumbwa+. Azokwiyumvira guhindura igihe+ be n’itegeko+, kandi bazotangwa mu kuboko kwiwe kumara igihe, n’ibihe be n’igice c’igihe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika