2 Abami 18:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mu mana zose z’ibihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’” Yobu 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mushoboravyose ni iki, ngo tumukorere+?Bitwungura iki kuba twaramwituye+?’ Abaroma 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 kuko naho bari bazi Imana batayininahaje bwa Mana canke ngo bayikengurukire+, ahubwo bacitse ibijuju+ mu vyiyumviro vyabo, kandi imitima yabo y’imburabwenge yacitse iyitwikiriwe n’umwiza+.
35 Mu mana zose z’ibihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’”
21 kuko naho bari bazi Imana batayininahaje bwa Mana canke ngo bayikengurukire+, ahubwo bacitse ibijuju+ mu vyiyumviro vyabo, kandi imitima yabo y’imburabwenge yacitse iyitwikiriwe n’umwiza+.