Itanguriro 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko Yakobo avyuka kare mu gitondo, afata rya buye ryari riseguye umutwe wiwe, arishinga bwa nkingi, maze asuka amavuta kw’isonga ryaryo+.
18 Nuko Yakobo avyuka kare mu gitondo, afata rya buye ryari riseguye umutwe wiwe, arishinga bwa nkingi, maze asuka amavuta kw’isonga ryaryo+.