Itanguriro 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Mu nyuma Yakobo araramura amaso araraba, abona Esawu ariko araza ari kumwe n’abagabo amajana ane+. Ku bw’ivyo aca agabura abana abaha Leya na Rasheli na ba basukukazi babiri+,
33 Mu nyuma Yakobo araramura amaso araraba, abona Esawu ariko araza ari kumwe n’abagabo amajana ane+. Ku bw’ivyo aca agabura abana abaha Leya na Rasheli na ba basukukazi babiri+,