Kuvayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibandanya kuvuga iti: “Ndi Imana ya so, Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.” Maze Musa ahisha mu maso hiwe, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri. 1 Petero 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 muterere amaganya+ yanyu yose kuri yo, kuko ibababara+.
6 Ibandanya kuvuga iti: “Ndi Imana ya so, Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.” Maze Musa ahisha mu maso hiwe, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri.