Itanguriro 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aca avuga ati: “Iyo kambi y’ingenzi yose twahuye wayirungikiye iki+?” Na we ati: “Ni ukugira ngo ngire ubutoni mu maso y’umukama wanje+.” Luka 14:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nimba vy’ukuri atabishoboye, igihe rero uwo wundi akiri kure cane, aratuma umugwi w’abamuserukira, akamusaba amahoro+.
8 Aca avuga ati: “Iyo kambi y’ingenzi yose twahuye wayirungikiye iki+?” Na we ati: “Ni ukugira ngo ngire ubutoni mu maso y’umukama wanje+.”
32 Nimba vy’ukuri atabishoboye, igihe rero uwo wundi akiri kure cane, aratuma umugwi w’abamuserukira, akamusaba amahoro+.