Itanguriro 32:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nsigaye mfise amashūri n’indogobwa, intama, n’abasuku n’abasukukazi+, nkaba nagomba gutuma kubimenyesha umukama wanje, kugira ngire ubutoni mu maso yawe+.”’” Itanguriro 33:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze Esawu avuga ati: “Ndakwinginze ureke nkuronse bamwe mu bantu bari kumwe nanje.” Na we ati: “Kubera iki ivyo? Ningire ubutoni mu maso y’umukama wanje+.” Imigani 18:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ingabirano y’umuntu izomutābururira inzira+, kandi izomuyobora imushikane n’imbere y’abantu bahambaye+.
5 Nsigaye mfise amashūri n’indogobwa, intama, n’abasuku n’abasukukazi+, nkaba nagomba gutuma kubimenyesha umukama wanje, kugira ngire ubutoni mu maso yawe+.”’”
15 Maze Esawu avuga ati: “Ndakwinginze ureke nkuronse bamwe mu bantu bari kumwe nanje.” Na we ati: “Kubera iki ivyo? Ningire ubutoni mu maso y’umukama wanje+.”
16 Ingabirano y’umuntu izomutābururira inzira+, kandi izomuyobora imushikane n’imbere y’abantu bahambaye+.