Itanguriro 32:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu nyuma muri iryo joro, arahaguruka afata abagore biwe babiri+ n’abasukukazi biwe babiri+ n’abahungu biwe cumi n’umwe bakiri bato+, ajabuka icambu ca Yaboki+. Zaburi 127:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Raba! Abana ni intoranwa iva kuri Yehova+;Ivyamwa vy’inda ni impera atanga+.
22 Mu nyuma muri iryo joro, arahaguruka afata abagore biwe babiri+ n’abasukukazi biwe babiri+ n’abahungu biwe cumi n’umwe bakiri bato+, ajabuka icambu ca Yaboki+.