Itanguriro 27:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Maze Izahaki se wiwe amwishura ati: “Ehe uzoba kure y’ivu rimera ry’isi, no kure y’ikime co mu majuru hejuru+. Itanguriro 32:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Yakobo atuma intumwa+ imbere yiwe kuri Esawu mwene wabo mu gihugu ca Seyiri+, akarere ka Edomu+,
39 Maze Izahaki se wiwe amwishura ati: “Ehe uzoba kure y’ivu rimera ry’isi, no kure y’ikime co mu majuru hejuru+.
3 Maze Yakobo atuma intumwa+ imbere yiwe kuri Esawu mwene wabo mu gihugu ca Seyiri+, akarere ka Edomu+,