Itanguriro 33:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze yironsa mu kuboko kwa bene Hamori se wa Shekemu igice c’itongo yashinzemwo ihema ryiwe, ku bice ijana vy’amahera+. Itanguriro 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Shekemu mwene Hamori Umuhiwi+, umukuru wo muri ico gihugu, aramubona maze aramufata, aryamana na we, aramwonona+.
19 Maze yironsa mu kuboko kwa bene Hamori se wa Shekemu igice c’itongo yashinzemwo ihema ryiwe, ku bice ijana vy’amahera+.
2 Nuko Shekemu mwene Hamori Umuhiwi+, umukuru wo muri ico gihugu, aramubona maze aramufata, aryamana na we, aramwonona+.