Itanguriro 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abana* b’Imana y’ukuri+ batangura rero kwitegereza+ abakobwa b’abantu, babona ko ari beza; maze biyabirira abagore, ni ukuvuga abo batoranije bose. Itanguriro 34:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Bicisha ubugi bw’inkota+ Hamori na Shekemu umuhungu wiwe. Maze batora Dina mu nzu ya Shekemu, barasohoka+. Gusubira mu vyagezwe 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 nya mugabo yaryamanye na we ategerezwa rero guha se wa nya mukobwa shekeli mirongo itanu z’ifeza+, na we acike umugore wiwe kubera yamutetereje. Ntazokwemererwa kumwirukana, imisi yiwe yose+. 2 Samweli 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko ntiyemera kwumviriza ijwi ryiwe, mugabo akoresha inguvu ziruta iziwe, aramutetereza+, aryamana na we+. 1 Abakorinto 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nimuhunge ubusambanyi+. Ikindi gicumuro cose umuntu yokora ni ic’inyuma y’umubiri wiwe, mugabo uwuza arakora ubusambanyi aba ariko acumura ku mubiri wiwe bwite+.
2 abana* b’Imana y’ukuri+ batangura rero kwitegereza+ abakobwa b’abantu, babona ko ari beza; maze biyabirira abagore, ni ukuvuga abo batoranije bose.
26 Bicisha ubugi bw’inkota+ Hamori na Shekemu umuhungu wiwe. Maze batora Dina mu nzu ya Shekemu, barasohoka+.
29 nya mugabo yaryamanye na we ategerezwa rero guha se wa nya mukobwa shekeli mirongo itanu z’ifeza+, na we acike umugore wiwe kubera yamutetereje. Ntazokwemererwa kumwirukana, imisi yiwe yose+.
14 Nuko ntiyemera kwumviriza ijwi ryiwe, mugabo akoresha inguvu ziruta iziwe, aramutetereza+, aryamana na we+.
18 Nimuhunge ubusambanyi+. Ikindi gicumuro cose umuntu yokora ni ic’inyuma y’umubiri wiwe, mugabo uwuza arakora ubusambanyi aba ariko acumura ku mubiri wiwe bwite+.