ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Nuko umusi urashika, aho abana b’Imana y’ukuri+ binjira guhagarara imbere ya Yehova+, mbere na Shetani+ yinjira hagati muri bo+.

  • Yobu 38:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Igihe inyenyeri zo mu gitondo+ zose hamwe ziha akamo k’umunezero,

      Abana b’Imana+ bose bagatangura gusamiriza impundu?

  • 2 Petero 2:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Egome, nimba Imana itaretse guhana ba bamarayika+ bacumura, mugabo ikabahereza ivyobo vy’umwiza w’umuzitanya mu kubata muri Tarutaro*+ ngo babikirwe urubanza+;

  • Yuda 6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 N’abamarayika batagumije ikibanza cabo ca mbere mugabo bagata ahantu habo ho kuba hababereye+, yarababitse bariko imvuto z’ibihe bidahera+ munsi y’umwiza w’umuzitanya, ku bw’urubanza rwo kuri wa musi uhambaye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika