Imigani 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ntucumukure kugira uronke ubutunzi+. Heba ubwenge bwawe+. 1 Timoteyo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu kigeragezo+ no mu mutego no mu vyipfuzo vyinshi vy’ubupfu kandi bibagirira nabi+, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+.
9 Ariko abiyemeje kuba abatunzi bagwa mu kigeragezo+ no mu mutego no mu vyipfuzo vyinshi vy’ubupfu kandi bibagirira nabi+, bidwibiza abantu mu gatikizo no mu mahonero+.