Itanguriro 31:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Labani yari yagiye gukemura intama ziwe. Muri ico gihe Rasheli yiba terafimu*+ za se. Gusubira mu vyagezwe 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntuze wigere ugira izindi mana izo ari zo zose unzana mu maso+. Yosuwa 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+. 1 Abakorinto 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko rero, bakundwa banje, muhunge+ ugusenga ibigirwamana+.
7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+.