ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 17:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Aburamu ashikanye imyaka mirongo icenda n’icenda, Yehova aramubonekera maze amubwira+ ati: “Ndi Imana Mushoboravyose+. Gendera imbere yanje kandi werekane ko utagira amahinyu+.

  • Kuvayo 6:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi narabonekera Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+ bwa Mana Mushoboravyose+, mugabo ntaho nimenyekanishije kuri bo mw’izina ryanje Yehova+.

  • 2 Abakorinto 6:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “‘Kandi nzobabera so+, namwe muzombera abahungu n’abakobwa+,’ ni ko Yehova Mushoboravyose avuga+.”

  • Ivyahishuwe 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi bariko baririmba ururirimbo rwa Musa+ wa mushumba w’Imana n’ururirimbo rwa wa Mwagazi w’intama+, bati:

      “Ibikorwa vyawe birakomeye kandi ni agatangaza+, Yehova Mana, Mushoboravyose+. Inzira zawe ziragororotse kandi ni iz’ukuri+, Mwami w’ibihe bidahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika