ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 48:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nayo jewe, igihe nariko ndava i Padani+, Rasheli yarampfiriyeko+ ku nzira mu gihugu ca Kanani, hagisigaye akarere katari gato ngo nshike muri Efurata+, ku buryo namuhamvye ng’aho ku nzira ija muri Efurata, ni ukuvuga Betelehemu+.”

  • Mika 5:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Nayo wewe, ewe Betelehemu Efurata+, wewe mutoyi cane ku buryo utoharurwa mu bihumbi vya Yuda+, muri wewe+ hazomviramwo uwuzoba umutware muri Isirayeli+, amamo yiwe akaba ari ayo kuva mu bihe vya kera, kuva mu misi ya kera*+.

  • Matayo 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 ‘Nayo wewe, ewe Betelehemu+ ho mu gihugu ca Yuda, nturi igisagara ata co kivuze na gato mu bindi vyose muri ba buramatari ba Yuda; kuko muri wewe hazova uwutwara+, ari we azoragira+ igisata canje Isirayeli.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika