Itanguriro 33:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mu nyuma Yakobo ashika impore mu gisagara ca Shekemu+, ikiri mu gihugu ca Kanani+, mu gihe yari avuye i Padani-aramu+; araheza ashinga ikambi imbere y’ico gisagara. Hoseya 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+.
18 Mu nyuma Yakobo ashika impore mu gisagara ca Shekemu+, ikiri mu gihugu ca Kanani+, mu gihe yari avuye i Padani-aramu+; araheza ashinga ikambi imbere y’ico gisagara.
12 Nuko Yakobo ahungira mu karere ka Siriya+, Isirayeli+ aguma akora ngo aronke umugore+, aragira intama kugira ngo aronke umugore+.