Itanguriro 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abwira nya mugore ati: “Nzokwongereza rwose ububabare bw’ukwibungenga kwawe+; uzovyara abana mu misonga+, kandi uzohahamira umugabo wawe, na we azokuganza+.”
16 Abwira nya mugore ati: “Nzokwongereza rwose ububabare bw’ukwibungenga kwawe+; uzovyara abana mu misonga+, kandi uzohahamira umugabo wawe, na we azokuganza+.”