Itanguriro 25:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Aburahamu aracikana, apfa yisaziye neza, ashaje kandi aheze akanyota, ahamvya ab’iwabo+. 1 Ngoma 29:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Amaherezo arapfa yisaziye neza+, ahaze imisi n’ubutunzi+ n’ubuninahazwa+; nuko Salomo umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+.
28 Amaherezo arapfa yisaziye neza+, ahaze imisi n’ubutunzi+ n’ubuninahazwa+; nuko Salomo umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+.