Itanguriro 45:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko rero, si mwebwe mwandungitse ino+, ahubwo ni Imana y’ukuri, kugira ingire nka se+ wa Farawo, n’umukuru* w’inzu yiwe yose, n’uwuganza igihugu cose ca Misiri.
8 Nuko rero, si mwebwe mwandungitse ino+, ahubwo ni Imana y’ukuri, kugira ingire nka se+ wa Farawo, n’umukuru* w’inzu yiwe yose, n’uwuganza igihugu cose ca Misiri.