Zaburi 97:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+. Daniyeli 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Asangwa ari ukwo biri, Imana yacu dukorera irashobora kuturokora. Iraturokora muri iryo tanure ry’umuriro ururumba, no mu kuboko kwawe, mwami+.
10 Yemwe abakunda Yehova+, nimwanke ikibi+.Arinda ubuzima bw’intahemuka ziwe+;Abarokora mu kuboko kw’ababisha+.
17 Asangwa ari ukwo biri, Imana yacu dukorera irashobora kuturokora. Iraturokora muri iryo tanure ry’umuriro ururumba, no mu kuboko kwawe, mwami+.