Zaburi 77:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku musi w’amarushwa yanje narondeye Yehova ubwiwe+.Mw’ijoro ukuboko kwanje kwararamvuwe kandi ntigutimba;Umutima wanje wanse guhozwa+. Matayo 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Ijwi ryumvikanye i Rama+, amosozi n’amaborogo menshi; yari Rasheli+ aririra abana biwe, yanka guhozwa, kuko batakiriho.”
2 Ku musi w’amarushwa yanje narondeye Yehova ubwiwe+.Mw’ijoro ukuboko kwanje kwararamvuwe kandi ntigutimba;Umutima wanje wanse guhozwa+.
18 “Ijwi ryumvikanye i Rama+, amosozi n’amaborogo menshi; yari Rasheli+ aririra abana biwe, yanka guhozwa, kuko batakiriho.”