Yosuwa 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nya rubibe rwarahindukira rwerekeza i Rama gushika ku gisagara gikingijwe ibihome ca Tiro+. Rwarahindukira rwerekeza i Hosa, rukagarukira ku kiyaga mu karere ka Akizibu+, Abacamanza 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Asheri+ ntiyirukana ababa i Ako n’ababa i Sidoni+ na Ahulabu na Akizibu+ na Heluba na Afiki+ na Rehobu+.
29 Nya rubibe rwarahindukira rwerekeza i Rama gushika ku gisagara gikingijwe ibihome ca Tiro+. Rwarahindukira rwerekeza i Hosa, rukagarukira ku kiyaga mu karere ka Akizibu+,
31 Asheri+ ntiyirukana ababa i Ako n’ababa i Sidoni+ na Ahulabu na Akizibu+ na Heluba na Afiki+ na Rehobu+.