ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Nuko Hiramu+ umwami wa Tiro arungika intumwa+ kuri Dawidi, be n’ibiti vy’amasederi+ n’abakora mu vy’ibiti be n’abakora mu vy’amabuye y’impome, maze batangura kwubakira Dawidi inzu+.

  • Yesaya 23:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba imyaka mirongo irindwi niyahera: Yehova azokwitaho ivya Tiro, isubire ku ngero yayo+, ikorane ubumaraya n’ubwami bwose bwo mw’isi ku buringanire bw’ubutaka+.

  • Ivyakozwe 12:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ico gihe yashaka kurwana n’abantu b’i Tiro n’i Sidoni. Nuko baza* kuri we bahuje inama; hanyuma Bulasito uwari ajejwe icumba c’uburyamo c’umwami, bamaze kumwumvisha akanyurwa, batangura gusaba amahoro, kubera ko igihugu cabo caronswa ibifungurwa+ bivuye mu gihugu c’umwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika