9 Abasuku banje bazobimanukana ku kiyaga babikuye i Libani+; nayo jewe, nzobifatanya bimere nk’amasaso, bijane ikiyaga gushika ahantu uzomenyesha+; nzobifatanurira koko ng’aho, nawe uheze ubitware; hanyuma nawe, uze ukore ibimpimbara mu gutanga ibifungurwa vy’urugo rwanje+.”