Zaburi 105:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Arungika imbere yabo umuntuYagurishijwe ngo abe umushumba, ari we Yozefu+. Ivyakozwe 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nya bakuru b’imiryango bagirira ishari+ Yozefu, bamugurisha mu Misiri+. Mugabo Imana yari kumwe na we+,
9 Nya bakuru b’imiryango bagirira ishari+ Yozefu, bamugurisha mu Misiri+. Mugabo Imana yari kumwe na we+,