ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 37:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Buno abagabo, abadandaza b’Abamidiyani+, baca ng’aho. Bene wabo na Yozefu baca baramukwega, bamuduza bamukuye muri nya cobo c’amazi+, maze bagurisha Yozefu kuri nya Bishimayeli ibice mirongo ibiri vy’ifeza+. Amaherezo bano bajana Yozefu mu Misiri.

  • Itanguriro 37:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Ariko nya Bamidiyani bamugurisha mu Misiri kuri Potifari umukozi wo ku kirimba ca Farawo+, umukuru w’abacungera ubuzima+.

  • Itanguriro 45:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ariko ubu ntimubabare+, kandi ntimwiteko ishavu kubera mwangurishije ino; kuko Imana yandungitse imbere yanyu ku bwo kuzigama ubuzima+.

  • Itanguriro 50:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mwebwe mwari mwiyumviriye kunkorera ikibi. Mugabo Imana yiyumviriye kugihinduramwo iciza kugira ikore ibintu nk’uko biri uyu musi: kugira izigamire ubuzima abantu benshi+.

  • Ivyakozwe 7:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nya bakuru b’imiryango bagirira ishari+ Yozefu, bamugurisha mu Misiri+. Mugabo Imana yari kumwe na we+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika