ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 47:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko bavuga bati: “Uzigamye ubuzima bwacu+. Nitugire ubutoni mu maso y’umukama wanje, maze tuzoba abashumba ba Farawo+.”

  • Itanguriro 50:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mwebwe mwari mwiyumviriye kunkorera ikibi. Mugabo Imana yiyumviriye kugihinduramwo iciza kugira ikore ibintu nk’uko biri uyu musi: kugira izigamire ubuzima abantu benshi+.

  • 1 Samweli 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Yehova ni Uwica akaba n’Uwuzigama ubuzima+,

      Uwumanura mu kuzimu*+ akaba n’Uwukurayo+.

  • Zaburi 33:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ngo abarokore abakize urupfu+,

      No kugira ngo abazigamire ubuzima mu kigoyi+.

  • Zaburi 105:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Arungika imbere yabo umuntu

      Yagurishijwe ngo abe umushumba, ari we Yozefu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika