Luka 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umuntu w’umwizigirwa muri bitoyi aba umwizigirwa no muri vyinshi, kandi umuntu atagororoka muri bitoyi aba uwutagororoka no muri vyinshi+. Luka 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza! Ko werekanye ko uri umwizigirwa mu kintu gitoyi cane, nugire ububasha ku bisagara cumi+.’
10 Umuntu w’umwizigirwa muri bitoyi aba umwizigirwa no muri vyinshi, kandi umuntu atagororoka muri bitoyi aba uwutagororoka no muri vyinshi+.
17 Nuko amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza! Ko werekanye ko uri umwizigirwa mu kintu gitoyi cane, nugire ububasha ku bisagara cumi+.’