Matayo 25:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Shebuja amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza kandi w’umwizigirwa+! Wabaye umwizigirwa+ kuri bikeya. Nzogushinga vyinshi+. Injira mu kanyamuneza+ ka shobuja.’ Luka 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umuntu w’umwizigirwa muri bitoyi aba umwizigirwa no muri vyinshi, kandi umuntu atagororoka muri bitoyi aba uwutagororoka no muri vyinshi+. Ivyahishuwe 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kandi uwutsinda akongera akisunga ibikorwa vyanje gushika kw’iherezo+ nzomuha ububasha ku mahanga+,
21 Shebuja amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza kandi w’umwizigirwa+! Wabaye umwizigirwa+ kuri bikeya. Nzogushinga vyinshi+. Injira mu kanyamuneza+ ka shobuja.’
10 Umuntu w’umwizigirwa muri bitoyi aba umwizigirwa no muri vyinshi, kandi umuntu atagororoka muri bitoyi aba uwutagororoka no muri vyinshi+.
26 Kandi uwutsinda akongera akisunga ibikorwa vyanje gushika kw’iherezo+ nzomuha ububasha ku mahanga+,