-
Ivyahishuwe 20:4Bibiliya y’isi nshasha
-
-
4 Hanyuma mbona intebe z’ubwami+, kandi hari abazicayeko, maze bahabwa ububasha bwo guca imanza+. Egome, mbona ubuzima bw’abicishijwe ishoka kubera intahe bashingiye Yezu no kubera ukuvuga ivyerekeye Imana, n’abatari basenze ca gikoko+ canke ishusho+ yaco kandi batari baronse ca kimenyetso ku ruhanga rwabo no ku kuboko kwabo+. Hanyuma baba bazima, baganza+ hamwe na Kristu imyaka igihumbi.
-