1 Yohani 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko ikintu cose cavutse+ ku Mana gitsinda isi+. Kandi iyi ni yo ntsinzi+ yatsinze+ isi: ni ukwizera kwacu+. Ivyahishuwe 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Kandi uwutsinda akongera akisunga ibikorwa vyanje gushika kw’iherezo+ nzomuha ububasha ku mahanga+, Ivyahishuwe 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ no kubera ijambo ry’ugushinga intahe+ kwabo, kandi ntibakunze ubuzima+ bwabo n’igihe baba bahanganye n’urupfu.
4 kuko ikintu cose cavutse+ ku Mana gitsinda isi+. Kandi iyi ni yo ntsinzi+ yatsinze+ isi: ni ukwizera kwacu+.
26 Kandi uwutsinda akongera akisunga ibikorwa vyanje gushika kw’iherezo+ nzomuha ububasha ku mahanga+,
11 Kandi baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ no kubera ijambo ry’ugushinga intahe+ kwabo, kandi ntibakunze ubuzima+ bwabo n’igihe baba bahanganye n’urupfu.