1 Yohani 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ndabandikiye, mwebwe ba se+, kuko mwamenye umwe ariho guhera mu ntango+. Ndabandikiye, basore, kuko mukomeye+ kandi ijambo ry’Imana rikaba riguma muri mwebwe+ kandi mukaba mwaratsinze wa mubisha+.
14 Ndabandikiye, mwebwe ba se+, kuko mwamenye umwe ariho guhera mu ntango+. Ndabandikiye, basore, kuko mukomeye+ kandi ijambo ry’Imana rikaba riguma muri mwebwe+ kandi mukaba mwaratsinze wa mubisha+.