Kuvayo 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ntugashinge intahe y’ikinyoma wagiriza mugenzawe+. Imigani 12:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Iminwa y’ikinyoma ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abakorana ubwizigirwa baramuhimbara+. Imigani 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Icabona c’ikinyoma ntikizobura guhanwa+, kandi uwusuka ibinyoma ntazokira+.
22 Iminwa y’ikinyoma ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo abakorana ubwizigirwa baramuhimbara+.