ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mu nyuma Imana iza kuri Abimeleki mu ndoto mw’ijoro, imubwira iti: “Ehe urapfuye kubera umugore watwaye+, kuko ari umugore w’uwundi mugabo+.”

  • Itanguriro 40:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko bompi barota indoto+ mw’ijoro rimwe+, umwe wese indoto yiwe, indoto yose ikagira insobanuro yayo+, wa wundi ahereza ibinyobwa n’umwe akora igikorwa co kwotsa begukira umwami wa Misiri bari imbohe mu nzu y’ibohero+.

  • Yobu 33:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mu ndoto+, mw’iyerekwa+ ryo mw’ijoro,

      Igihe itiro rirerire rihwikiye abantu,

      Mu gatiro ku gitanda+.

  • Daniyeli 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze mu mwaka ugira kabiri w’ingoma ya Nebukadinezari, Nebukadinezari arota indoto+; atangura guhagarika umutima+, itiro ryiwe na ryo rirahafata.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika