Itanguriro 41:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mbona kandi izindi nka indwi zariko ziduga mu nyuma zazo, zimeze nabi, mbi cane kandi zonze+. Sindabona inka zinganya ububi na zo mu gihugu cose ca Misiri.
19 Mbona kandi izindi nka indwi zariko ziduga mu nyuma zazo, zimeze nabi, mbi cane kandi zonze+. Sindabona inka zinganya ububi na zo mu gihugu cose ca Misiri.