2 Abami 19:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ababibamwo bazogira amaboko ya goyigoyi+;Bazotekerwa koko n’ubwoba kandi bamaramare+.Bazocika ata kabuza nk’ibimera vyo mw’ishamba n’ivyatsi bitoto biremvye+,Nk’ivyatsi vyo ku bisenge+, igihe bibabuwe n’umuyaga wo mu buseruko+. Ezekiyeli 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi raba: naho wabaditswe, mbega uzororanirwa? Mbega ntuzokwuma rwose, nk’igihe uciweko n’umuyaga wo mu buseruko+? Uzokwumira mu matuta y’umunago wawo+.”’” Hoseya 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Naho yorondoka nk’umuvyaro w’amarenga+, umuyaga wo mu buseruko, umuyaga wa Yehova, uzoza+. Uraduze uvuye mu gahinga, kandi uzokamya iriba ryiwe wongere utume imbizi yiwe igaduka+. Uwo, azosahura itunga rigizwe n’ibintu bihimbaye vyose+.
26 Ababibamwo bazogira amaboko ya goyigoyi+;Bazotekerwa koko n’ubwoba kandi bamaramare+.Bazocika ata kabuza nk’ibimera vyo mw’ishamba n’ivyatsi bitoto biremvye+,Nk’ivyatsi vyo ku bisenge+, igihe bibabuwe n’umuyaga wo mu buseruko+.
10 Kandi raba: naho wabaditswe, mbega uzororanirwa? Mbega ntuzokwuma rwose, nk’igihe uciweko n’umuyaga wo mu buseruko+? Uzokwumira mu matuta y’umunago wawo+.”’”
15 “Naho yorondoka nk’umuvyaro w’amarenga+, umuyaga wo mu buseruko, umuyaga wa Yehova, uzoza+. Uraduze uvuye mu gahinga, kandi uzokamya iriba ryiwe wongere utume imbizi yiwe igaduka+. Uwo, azosahura itunga rigizwe n’ibintu bihimbaye vyose+.