ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 13:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “Naho yorondoka nk’umuvyaro w’amarenga+, umuyaga wo mu buseruko, umuyaga wa Yehova, uzoza+. Uraduze uvuye mu gahinga, kandi uzokamya iriba ryiwe wongere utume imbizi yiwe igaduka+. Uwo, azosahura itunga rigizwe n’ibintu bihimbaye vyose+.

  • Yona 4:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Maze izuba ryatse, Imana irungika kandi umuyaga wo mu buseruko uturira+; izuba riguma rinaga Yona mu mutwe, bituma amera nk’uwugira arabe+; aguma yisabira gupfa, akaguma avuga ati: “Gupfa vyondutira kubaho+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika