Ezekiyeli 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi raba: naho wabaditswe, mbega uzororanirwa? Mbega ntuzokwuma rwose, nk’igihe uciweko n’umuyaga wo mu buseruko+? Uzokwumira mu matuta y’umunago wawo+.”’” Ezekiyeli 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo amaherezo araranduranwa uburake+. Atererwa hasi, maze umuyaga wo mu buseruko wumisha ivyamwa vyiwe+. Inkoni yiwe ikomeye irahanyurwa, iruma+. Umuriro urayirigata+. Hoseya 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Naho yorondoka nk’umuvyaro w’amarenga+, umuyaga wo mu buseruko, umuyaga wa Yehova, uzoza+. Uraduze uvuye mu gahinga, kandi uzokamya iriba ryiwe wongere utume imbizi yiwe igaduka+. Uwo, azosahura itunga rigizwe n’ibintu bihimbaye vyose+.
10 Kandi raba: naho wabaditswe, mbega uzororanirwa? Mbega ntuzokwuma rwose, nk’igihe uciweko n’umuyaga wo mu buseruko+? Uzokwumira mu matuta y’umunago wawo+.”’”
12 Mugabo amaherezo araranduranwa uburake+. Atererwa hasi, maze umuyaga wo mu buseruko wumisha ivyamwa vyiwe+. Inkoni yiwe ikomeye irahanyurwa, iruma+. Umuriro urayirigata+.
15 “Naho yorondoka nk’umuvyaro w’amarenga+, umuyaga wo mu buseruko, umuyaga wa Yehova, uzoza+. Uraduze uvuye mu gahinga, kandi uzokamya iriba ryiwe wongere utume imbizi yiwe igaduka+. Uwo, azosahura itunga rigizwe n’ibintu bihimbaye vyose+.