2 Abami 23:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Vyongeye, Farawo Neko yimika Eliyakimu+ mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca Yosiya se wiwe, maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; nuko afata Yehowahazi amujana mu Misiri, ari na ho yahavuye apfira+. 2 Abami 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. 2 Abami 25:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze bafata umwami+ hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni i Ribula+, kugira ngo bamucire urubanza.
34 Vyongeye, Farawo Neko yimika Eliyakimu+ mwene Yosiya ngo abe umwami mu kibanza ca Yosiya se wiwe, maze ahindura izina ryiwe riba Yehoyakimu; nuko afata Yehowahazi amujana mu Misiri, ari na ho yahavuye apfira+.
6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
6 Maze bafata umwami+ hanyuma bamudugana ku mwami wa Babiloni i Ribula+, kugira ngo bamucire urubanza.