ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ubu rero, munkundire ndabamenyeshe ico ngira ngirire umurima wanje w’imizabibu: Uruzitiro rwawo ruzokurwaho+, kandi uzotegerezwa gutongorwa+. Uruhome rwawo rw’amabuye ruzotegerezwa gusenyuka, kandi uzotegerezwa kuba ahantu ho guhonyangwa+.

  • Yeremiya 17:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Jewe Yehova nsesa umutima+, ngasuzuma amafyigo+, egome, kugira ngo mpe umwe wese nk’uko inzira ziwe ziri+, nk’uko ivyamwa vy’ibikorwa vyiwe biri+.

  • Yeremiya 31:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Kandi nk’uko nagumye ndarikanuye ku bijanye na bo+ kugira ngo ndandure, nsiturire hasi, nsambure nongere nonone+, ni ko nzoguma ndarikanuye ku bijanye na bo kugira ngo nubake nongere ntere+,” ni ko Yehova avuze.

  • Ezekiyeli 15:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nka kurya kw’igiti c’umuzabibu hagati mu biti vy’ikibira, ico natanze ku muriro ngo kibe inkwi, ni ko natanze ababa i Yeruzalemu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika